Amakuru aryoshye kandi agezweho

banner image

Like US On Facebook

banner image

Breaking Burundi: Mu Burundi, Akandi Kabare Karatewe N’abantu Bataramenyeka bica abantu 3

burundi kabareIkirabo cagizweko igitero citwa Mesanike. Kiri kw’ibarabara ry’indwi muri karitiye ya Bwiza, Zone Bwiza hagati mu gisagara ca Bujumnbura.

Ico gitero  cabaye isaha zibiri z’ibijoro caremejwe n’igipolsii hamwe na ba nyeneco.
Bamwe bavuga kw’abakoze ico gitero baje ku mudokari batashoboye kubona neza.
Ariko baba ababanyi ba nyeneko ako kabare, baba bamwe mu bariko bahivunira akanyota, bemeza kw’ ata numwe yabonye, aho, abateye bakamanganiye.
Breaking Burundi: Mu Burundi, Akandi Kabare Karatewe N’abantu Bataramenyeka bica abantu 3 Breaking Burundi: Mu Burundi, Akandi Kabare Karatewe N’abantu Bataramenyeka bica abantu 3 Reviewed by ibigezwehobyose on Monday, November 16, 2015 Rating: 5

Random Post

Powered by Blogger.