Amakuru aryoshye kandi agezweho

banner image

Like US On Facebook

banner image

Breaking :Burundi: Babiri Bahitanywe na Gerenade muri Muyinga

Muri Muyinga, gerenade zahasize amariraAbana 3 bo mu muryango umwe wo ku mutumba Ruganirwa muri commune n’intara ya Muyinga bahitanywe na grenade yaturikiye mu rugo rumwe  rw’aho hantu. Abana 2 bavuka kubavyeyi b’aho yaturikiye.

Haba mu gipolisi canke mu bajejwe intwaro ntibarashobora kumenya neza aho iyo grenade yaturutse. Mu ntara ya Muyinga Nyene  hari umugabo yaraye akomerekejwe n’amasasu yarashwe n’abantu batashoboye kumenyekana ari kw’ipikipiki. Uwo mugabo yarasiwe muri commune Butihinda mugihe yariko ataha iwe muri commune Muyinga ku mutumba Kavumu nk’uko bimenyeshwa na Musitanteri wa commune Muyinga.
Breaking :Burundi: Babiri Bahitanywe na Gerenade muri Muyinga Breaking :Burundi: Babiri Bahitanywe na Gerenade muri Muyinga Reviewed by Unknown on Sunday, November 15, 2015 Rating: 5

Random Post

Powered by Blogger.