Pages

Pages

Pages

Menu

Monday, November 16, 2015

Breaking Burundi: Mu Burundi, Akandi Kabare Karatewe N’abantu Bataramenyeka bica abantu 3

burundi kabareIkirabo cagizweko igitero citwa Mesanike. Kiri kw’ibarabara ry’indwi muri karitiye ya Bwiza, Zone Bwiza hagati mu gisagara ca Bujumnbura.

Ico gitero  cabaye isaha zibiri z’ibijoro caremejwe n’igipolsii hamwe na ba nyeneco.
Bamwe bavuga kw’abakoze ico gitero baje ku mudokari batashoboye kubona neza.
Ariko baba ababanyi ba nyeneko ako kabare, baba bamwe mu bariko bahivunira akanyota, bemeza kw’ ata numwe yabonye, aho, abateye bakamanganiye.